Imigani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Amajambo ava mu kanwa k’umuntu atuma yironkera ivyiza+,ariko umuhemu nta kindi yipfuza atari ugukora ikibi. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:2 Umunara w’Inderetsi,15/9/2003, rup. 22
2 Amajambo ava mu kanwa k’umuntu atuma yironkera ivyiza+,ariko umuhemu nta kindi yipfuza atari ugukora ikibi.