Imigani 13:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Umunyabwenge akorana ubumenyi+,ariko ikijuju gishira ahabona ubujuju bwaco+. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:16 Umunara w’Inderetsi,15/7/2004, rup. 28