Imigani 14:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mbega abategura imigambi mibi ntibazozimira? Ariko abiyemeje gukora ivyiza barakundwa kandi bakizigirwa+. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:22 Umunara w’Inderetsi,15/7/2005, rup. 20
22 Mbega abategura imigambi mibi ntibazozimira? Ariko abiyemeje gukora ivyiza barakundwa kandi bakizigirwa+.