Imigani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Amajambo ava mu kanwa k’umuntu atuma inda yiwe ihaga+.Azohazwa n’ivyo iminwa yiwe yama.