Imigani 19:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abarondera gushimwa n’umunyacubahiro* ni benshi,kandi abantu bose bipfuza kuba abagenzi b’uwutanga ingabire.
6 Abarondera gushimwa n’umunyacubahiro* ni benshi,kandi abantu bose bipfuza kuba abagenzi b’uwutanga ingabire.