Imigani 20:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umugororotsi agendera mu gutungana kwiwe+. Hahiriwe abana* azosiga+.