Imigani 21:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwukunda kwiryohera azogwa mu bukene+,kandi uwukunda umuvinyu n’amavuta ntazoronka itunga.