Imigani 24:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aya majambo na yo nyene ni ay’abanyabwenge: si vyiza kugira nkunzi mu rubanza+.