Imigani 25:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ubuninahazwa bw’Imana ni ukugumiza ikintu ari ibanga+,ubuninahazwa bw’abami na bwo ni ugusuzuma ikintu bitonze. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:2 Niwiyegereze, rup. 189
2 Ubuninahazwa bw’Imana ni ukugumiza ikintu ari ibanga+,ubuninahazwa bw’abami na bwo ni ugusuzuma ikintu bitonze.