Imigani 25:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kurya ijuru rigera hejuru cane, n’ubwimbike bw’isi bugashika kure cane,ni ko n’ivyiyumviro* vy’umwami ata wobitahura.
3 Kurya ijuru rigera hejuru cane, n’ubwimbike bw’isi bugashika kure cane,ni ko n’ivyiyumviro* vy’umwami ata wobitahura.