Imigani 25:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Niwaronka ubuki, urarya ubwo ukeneye gusa,kuko niwarya bwinshi uzobudahwa+.