Imigani 26:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kurya nyene inyoni idashobora guhunga ata mvo, n’intamba ngo iguruke ata mvo,ni ko n’umuvumo udashobora kuza ata mvo y’ukuri ihari*.
2 Kurya nyene inyoni idashobora guhunga ata mvo, n’intamba ngo iguruke ata mvo,ni ko n’umuvumo udashobora kuza ata mvo y’ukuri ihari*.