Imigani 26:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Woba umaze kubona umuntu yiyumvira ko ari umunyabwenge*+? Ikijuju kiramurusha kazoza keza.