-
Imigani 26:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Uwanka abandi ntabiserura n’akanwa kiwe,
ariko mu mutima wiwe haba huzuyeyo ibinyoma.