Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 kugira simpave mpaga maze nkakwihakana, nkavuga nti: «Yehova ni nde+?» Ntureke kandi ngo mbe umukene, kugira simpave niba maze ngasiga iceyi izina ry’Imana yanje. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 30:9 Umunara w’Inderetsi,1/10/1997, rup. 3
9 kugira simpave mpaga maze nkakwihakana, nkavuga nti: «Yehova ni nde+?» Ntureke kandi ngo mbe umukene, kugira simpave niba maze ngasiga iceyi izina ry’Imana yanje.