Umusiguzi 3:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ni nde yomenya vy’ukuri ko impwemu y’abantu iduga hejuru, canke ko impwemu y’ibikoko imanuka mu kuzimu+?
21 Ni nde yomenya vy’ukuri ko impwemu y’abantu iduga hejuru, canke ko impwemu y’ibikoko imanuka mu kuzimu+?