-
Umusiguzi 4:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 hari umuntu usanga ari inyakamwe, atagira n’umugenzi. Nta mwana afise canke mwenewabo, ariko akaguma akora cane adaheza. Ntiyigera ahaga* ubutunzi+. Ariko yoba yigera yibaza ati: «Ndiko nduhira nde canke ndiko niyima ivyiza ku bwa nde+?» Ivyo na vyo nyene ni ubusa, kandi ni igikorwa giteye agahinda+.
-