Umusiguzi 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Vyongeye, iyo Imana y’ukuri ihaye umuntu ubutunzi n’ayandi matungo+, ikamuha n’ubushobozi bwo kubinezerererwa, akwiye gutora impembo* yiwe kandi akanezerererwa igikorwa ciwe kitoroshe. Iyo ni ingabire y’Imana+.
19 Vyongeye, iyo Imana y’ukuri ihaye umuntu ubutunzi n’ayandi matungo+, ikamuha n’ubushobozi bwo kubinezerererwa, akwiye gutora impembo* yiwe kandi akanezerererwa igikorwa ciwe kitoroshe. Iyo ni ingabire y’Imana+.