-
Umusiguzi 6:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Imana y’ukuri iraha umuntu ubutunzi, amatungo n’ubuninahazwa, ku buryo ata kintu na kimwe yipfuza ngo akibure. Ariko Imana y’ukuri ntimwemerera kubirya, bikaribwa n’umunyamahanga. Ivyo ni ubusa kandi birababaje cane.
-