Umusiguzi 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Naho umuntu yovyara incuro ijana, akabaho imyaka myinshi kandi agashikira ubusaza, ariko ntahimbarirwe ivyiza vyiwe imbere y’uko aja mu kuzimu*, novuga ko arutwa n’umwana yavutse yapfuye+.
3 Naho umuntu yovyara incuro ijana, akabaho imyaka myinshi kandi agashikira ubusaza, ariko ntahimbarirwe ivyiza vyiwe imbere y’uko aja mu kuzimu*, novuga ko arutwa n’umwana yavutse yapfuye+.