-
Umusiguzi 6:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Guhimbarirwa ivyo ubona biruta kwipfuza ivyo utari buronke. Ivyo na vyo nyene ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga.