Umusiguzi 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Uko amajambo* aba menshi, ni ko arushiriza kutagira akamaro. None amarira iki umuntu?