Umusiguzi 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ku musi mwiza nawe nube umuntu mwiza+, ku musi mubi* na ho wibuke ko Imana ari yo yashizeho iyo misi yose+, kugira abantu ntibashobore kumenya neza* ico kazoza kababikiye+.
14 Ku musi mwiza nawe nube umuntu mwiza+, ku musi mubi* na ho wibuke ko Imana ari yo yashizeho iyo misi yose+, kugira abantu ntibashobore kumenya neza* ico kazoza kababikiye+.