Umusiguzi 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uwubahiriza amabwirizwa ntazoshikirwa n’ingorane+, kandi umutima w’umunyabwenge uramenya umwanya ubereye wo gukora ikintu n’uburyo bwo kugikora*+.
5 Uwubahiriza amabwirizwa ntazoshikirwa n’ingorane+, kandi umutima w’umunyabwenge uramenya umwanya ubereye wo gukora ikintu n’uburyo bwo kugikora*+.