Umusiguzi 8:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ikintu cose kirafise umwanya waco n’ingene gikorwa+, kubera ko ingorane zihanze abantu ari nyinshi cane.
6 Ikintu cose kirafise umwanya waco n’ingene gikorwa+, kubera ko ingorane zihanze abantu ari nyinshi cane.