Umusiguzi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kurya nyene ata wufise ububasha ku mpwemu* canke ngo ashobore kuyitangira, ni na ko ata wufise ububasha ku musi w’urupfu+. Kurya nyene ata wurekurwa ngo ave ku rugamba mu gihe c’intambara, ni ko n’ububisha butazorekura ababukora*.
8 Kurya nyene ata wufise ububasha ku mpwemu* canke ngo ashobore kuyitangira, ni na ko ata wufise ububasha ku musi w’urupfu+. Kurya nyene ata wurekurwa ngo ave ku rugamba mu gihe c’intambara, ni ko n’ububisha butazorekura ababukora*.