Umusiguzi 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kandi narabonye ababisha bahambwa, abahora binjira bongera basohoka mu kibanza ceranda, ariko bagaca bibagirwa ningoga mu gisagara bahora bakoreramwo ayo mabi+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.
10 Kandi narabonye ababisha bahambwa, abahora binjira bongera basohoka mu kibanza ceranda, ariko bagaca bibagirwa ningoga mu gisagara bahora bakoreramwo ayo mabi+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.