Umusiguzi 8:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hari ikintu kibabaje* kiba kw’isi: hari abagororotsi bafatwa nk’inkozi z’ikibi+, hakaba n’inkozi z’ikibi zifatwa nk’abagororotsi+. Ivyo na vyo nyene novuga ko ari ubusa.
14 Hari ikintu kibabaje* kiba kw’isi: hari abagororotsi bafatwa nk’inkozi z’ikibi+, hakaba n’inkozi z’ikibi zifatwa nk’abagororotsi+. Ivyo na vyo nyene novuga ko ari ubusa.