Umusiguzi 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hari ikintu kibabaje kiba munsi y’izuba: kubera yuko abantu bose bafise iherezo rimwe+, ni co gituma imitima yabo yuzuyemwo ibibi. Imitima yabo irangwa n’ubusazi igihe bakiriho, mu nyuma bagapfa*.
3 Hari ikintu kibabaje kiba munsi y’izuba: kubera yuko abantu bose bafise iherezo rimwe+, ni co gituma imitima yabo yuzuyemwo ibibi. Imitima yabo irangwa n’ubusazi igihe bakiriho, mu nyuma bagapfa*.