Umusiguzi 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Uwimba icobo yoshobora kukigwamwo+, kandi uwumena uruhome rw’amabuye yoshobora gukomorwa n’inzoka.