Umusiguzi 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Amajambo ya mbere ava mu kanwa kaco ni ubujuju gusa+, aya nyuma na yo ni ubusazi bw’akamaramaza.