-
Umusiguzi 12:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Emwe, umwibuke umugozi w’ifeza utaracika, ibakure y’inzahabu itarameneka, umubindi wo kw’iriba utaramenagurika, n’ikurudumu yo kuvoma amazi mw’itangi itarajanjagurika.
-