-
Indirimbo ya Salomo 1:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ntimundabe cane ngo ni uko nirabura,
ngo ni uko izuba ryambabuye.
Basazanje baranshavuriye,
baca bandungika gucunga imirima y’imizabibu,
ariko umurima wanje bwite sinawucunze.
-