Indirimbo ya Salomo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 «Mukunzi wanje, uri mwiza kandi urahimbaye+. Amababi y’ibiti atibagurika mw’ishamba ni yo gitanda cacu.
16 «Mukunzi wanje, uri mwiza kandi urahimbaye+. Amababi y’ibiti atibagurika mw’ishamba ni yo gitanda cacu.