Indirimbo ya Salomo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ewe numa yanje yibera mu myobo y’ibitandara+,mu tunogo tw’ahantu h’ibimanga,nshaka kukubona no kwumva akajwi kawe+,kuko akajwi kawe karyoshe kandi ukaba uteye igomwe+.”»
14 Ewe numa yanje yibera mu myobo y’ibitandara+,mu tunogo tw’ahantu h’ibimanga,nshaka kukubona no kwumva akajwi kawe+,kuko akajwi kawe karyoshe kandi ukaba uteye igomwe+.”»