-
Indirimbo ya Salomo 3:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Naciye nibwira nti: “Ngira mvyuke, ntembere mu gisagara.
Ngira ndondere umukunzi wanje,
mu mabarabara no mu bibanza rusangi.”
Naramurondeye ariko sinamuronka.
-