Indirimbo ya Salomo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Napfuye kubarengana,nca ndabona umukunzi wanje. Naciye ndamwumirako, sinamureka ngo agende,gushika ndamuzanye mu nzu ya mawe+,mu cumba c’uwanyibarutse.
4 Napfuye kubarengana,nca ndabona umukunzi wanje. Naciye ndamwumirako, sinamureka ngo agende,gushika ndamuzanye mu nzu ya mawe+,mu cumba c’uwanyibarutse.