Indirimbo ya Salomo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ewe mushikanje, mugeni wanje, warantwaye umutima+.Warantwaye umutima igihe nakubita ijisho amaso yawe,nkabona n’agasharizo kamwe gusa k’umugufu wawe.
9 Ewe mushikanje, mugeni wanje, warantwaye umutima+.Warantwaye umutima igihe nakubita ijisho amaso yawe,nkabona n’agasharizo kamwe gusa k’umugufu wawe.