Indirimbo ya Salomo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugeni wanje, iminwa yawe itonyanga ubuki bwo mu kimamara+. Ubuki n’amata biri munsi y’ururimi rwawe+,kandi akamoto k’impuzu zawe kameze nk’akamoto ka Libani. Indirimbo ya Salomo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:11 Umunara w’Inderetsi,15/1/2015, rup. 3015/11/2006, rup. 19
11 Mugeni wanje, iminwa yawe itonyanga ubuki bwo mu kimamara+. Ubuki n’amata biri munsi y’ururimi rwawe+,kandi akamoto k’impuzu zawe kameze nk’akamoto ka Libani.