Indirimbo ya Salomo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 ariko umwe gusa ni we ari inuma yanje+, umugenzi wanje atagira akanenge. Nta wundi ameze nka we mu maso ya nyina. Ni we wenyene atonye* ku wamwibarutse. Abakobwa baramubona bakavuga ko ahiriwe,abamikazi n’incoreke na bo bakamuhayagiza.
9 ariko umwe gusa ni we ari inuma yanje+, umugenzi wanje atagira akanenge. Nta wundi ameze nka we mu maso ya nyina. Ni we wenyene atonye* ku wamwibarutse. Abakobwa baramubona bakavuga ko ahiriwe,abamikazi n’incoreke na bo bakamuhayagiza.