Indirimbo ya Salomo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 “Ni nde urya mugore yakaka* nk’umutwenzi,mwiza nk’ukwezi kw’igisyo,atyoroye nk’umuco w’izuba,kandi ateye akoba nk’ingabo zikikuje amabendera yazo+?”»
10 “Ni nde urya mugore yakaka* nk’umutwenzi,mwiza nk’ukwezi kw’igisyo,atyoroye nk’umuco w’izuba,kandi ateye akoba nk’ingabo zikikuje amabendera yazo+?”»