Indirimbo ya Salomo 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Namanutse mu murima w’ibiti vyama imise+kuraba imivyaro mishasha mu mwonga*,kuraba ko imizabibu yanaze*n’uko ibiti vy’amakomamanga vyashuritse.
11 «Namanutse mu murima w’ibiti vyama imise+kuraba imivyaro mishasha mu mwonga*,kuraba ko imizabibu yanaze*n’uko ibiti vy’amakomamanga vyashuritse.