-
Indirimbo ya Salomo 8:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 «Ndi uruhome,
kandi amabere yanje ameze nk’iminara.
Ni co gituma igihe andavye
abona ko mfise amahoro.
-
10 «Ndi uruhome,
kandi amabere yanje ameze nk’iminara.
Ni co gituma igihe andavye
abona ko mfise amahoro.