Indirimbo ya Salomo 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Salomo yari afise umurima w’imizabibu+ i Bayali-Hamoni. Uwo murima yawujeje abawitwararika, kandi umwe wese yaza aramuha ifeza igihumbi kubera umwimbu wawo.
11 Salomo yari afise umurima w’imizabibu+ i Bayali-Hamoni. Uwo murima yawujeje abawitwararika, kandi umwe wese yaza aramuha ifeza igihumbi kubera umwimbu wawo.