Indirimbo ya Salomo 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 «Ewe muntu wibera mu mirima+,abagenzi barashashaye kwumva akajwi kawe, kandi na jewe ndashashaye kukumva+.»
13 «Ewe muntu wibera mu mirima+,abagenzi barashashaye kwumva akajwi kawe, kandi na jewe ndashashaye kukumva+.»