Yesaya 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Kuri uwo musi, ikintu Yehova azonagisha kizoba ari ikintu giteye igomwe kandi c’ubuninahazwa, kandi ivyimburwa vyo mu gihugu bizoba ikintu co kwishimira kandi ciza ku barokotse bo muri Isirayeli+.
2 Kuri uwo musi, ikintu Yehova azonagisha kizoba ari ikintu giteye igomwe kandi c’ubuninahazwa, kandi ivyimburwa vyo mu gihugu bizoba ikintu co kwishimira kandi ciza ku barokotse bo muri Isirayeli+.