Yesaya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ni co gituma abantu banje bazojanwa mu bunyaganokubera ukutamenya+.Abanyacubahiro babo bazokwicwa n’inzara+,abantu babo bose bicwe n’inyota.
13 Ni co gituma abantu banje bazojanwa mu bunyaganokubera ukutamenya+.Abanyacubahiro babo bazokwicwa n’inzara+,abantu babo bose bicwe n’inyota.