Yesaya 5:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yashingiye ikimenyetso* ihanga rya kure+,avugiriza agahwa abarigize ngo baze bavuye ku mpera y’isi+.Kandi ehe bariko baza bihuta cane+.
26 Yashingiye ikimenyetso* ihanga rya kure+,avugiriza agahwa abarigize ngo baze bavuye ku mpera y’isi+.Kandi ehe bariko baza bihuta cane+.