Yesaya 5:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nta n’umwe muri bo arushe canke atsitara. Nta wutura inginga canke ngo asinzire. Umukaba bambaye mu kiyunguyungu ntukenyuruka,n’imigozi y’ibirato* vyabo nticika.
27 Nta n’umwe muri bo arushe canke atsitara. Nta wutura inginga canke ngo asinzire. Umukaba bambaye mu kiyunguyungu ntukenyuruka,n’imigozi y’ibirato* vyabo nticika.