Yesaya 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ijwi ry’uwuhamagara* rimaze kwumvikana, ibintu imiryango yo ku bwinjiriro izungurukirako bitangura kunyiganyiga, inzu na yo yuzura umwotsi+.
4 Ijwi ry’uwuhamagara* rimaze kwumvikana, ibintu imiryango yo ku bwinjiriro izungurukirako bitangura kunyiganyiga, inzu na yo yuzura umwotsi+.